Mariko 10:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Abigishwa batangazwa n’ayo majambo. Yesu yongera arababwira ati: “Bana nkunda, biragoye cane kwinjira mu Bwami bw’Imana! အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Abigishwa batangazwa n’amajambo yiwe. Yesu yongera kubabgira, ati Bana banje, erega biragoye kw abizigiye ubutunzi binjira mu bgami bg’Imana! အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |