Mariko 1:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe44 “Ntihagire umuntu n’umwe ubibwira. Ariko genda umuherezi agusuzume hanyuma utange ikimazi Mose yashinze ko uwuhumanutse atanga, kugira ngo bose bamenye ko wahumanutse.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 aramubarira, ati Wirinde, ntugire uwo ubikerukiriza, ariko genda, wiyereke umuherezi, utange ivy’ uguhumanurwa kwawe, nk’uko Mose yageze, bibe ikimenyetso kibabere icabona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |