Mariko 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Uko ni ko Yohana Umubatizi yaserutse mu bugaragwa yigisha umubatizo wo kwihana ngo abantu baharirwe ivyaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Ni ko Yohana yaje, abatiriza mu bugaragwa, yigisha ukubatizwa kwo kwihana, ngo babohorwe ivyaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |