Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 1:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Nuko Yesu yegera aho aryamye, amufata ukuboko, aramuhagurutsa. Bwa bushuhe buca burahera, aca arabazimana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Araza, amufata ukuboko, aramuvyutsa, umururumbo urazima, arabazimana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 1:31
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abagore benshi bari bavuye i Galilaya bazananye na Yesu kugira ngo bamushigikire mu gikorwa ciwe, bari ngaho babirabira kure.


Bahashitse, baca babwira Yesu ko inabukwe wa Simoni ari mu buriri, arwaye kandi ashushe cane.


Ku mugoroba izuba rimaze kurenga, bazanira Yesu abarwaye benshi n’ababoshwe n’abadayimoni.


Abo bagore bagendana na Yesu igihe yari i Galilaya bakamushigikira. Kandi benshi mu bagore bari bazananye na we i Yerusalemu bari aho.


Amufata ukuboko aramubwira ati: “Talita Kumi!” (bisigura ngo: “Gakobwa, ndakubwiye nti vyuka!”)


Petero aca amufata ukuboko aramuhagurutsa. Hanyuma ahamagara abizera, na canecane abapfakazi, amubashikiriza ari muzima.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ