Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 1:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Bahashitse, baca babwira Yesu ko inabukwe wa Simoni ari mu buriri, arwaye kandi ashushe cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Kandi inabukwe wa Simoni yar’ aryamye, afashwe n’umururumbo, baca bamubarira ivyiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 1:30
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aca aja i muhira kwa Petero, asanga inabukwe wa Petero ari mu buriri, arwaye kandi ashushe cane.


Bavuye mw’isinagogi, Yesu aca ajana na Yakobo na Yohana i muhira kwa Simoni na Andereya.


Nuko Yesu yegera aho aryamye, amufata ukuboko, aramuhagurutsa. Bwa bushuhe buca burahera, aca arabazimana.


aramwinginga ati: “Umukobwa wanje ari ku mpfiro. Ndakwinginze uze umurambikeko ibiganza akire abe muzima.”


Nuko bashiki ba Lazaro batumako Yesu bati: “Mwami, umwe ukunda ararwaye.”


Mbega sinemerewe kubana n’umugore yizera nk’uko izindi ntumwa, abavukanyi b’Umwami Yesu Kristo na Kefa babigira?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ