Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 1:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Bavuye mw’isinagogi, Yesu aca ajana na Yakobo na Yohana i muhira kwa Simoni na Andereya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Bavuye mw isinagogi, baca bajana na Yakobo na Yohana mu nzu kwa Simoni na Andereya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 1:29
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Yesu ajana na bo i Kaperinawumu. Umusi w’Isabato ushitse, yinjira mw’isinagogi arigisha.


Yesu aramwishura ati: “Imbwebwe zirafise imyobo zibamwo n’inyoni zo mu kirere zirafise ivyari, ariko Umwana w’Umuntu ntagira n’aho akika umusaya.”


Ako kanya nyene, muri iyo sinagogi, umuntu yarimwo impwemu ihumanye, atangura gusemerera ati:


Ubwo nyene inkuru ziwe zica ziramamara mu ntara yose ya Galilaya.


Bahashitse, baca babwira Yesu ko inabukwe wa Simoni ari mu buriri, arwaye kandi ashushe cane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ