Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 1:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ya mpwemu mbi ica iramujegeza hanyuma imuvamwo ivuza induru nyinshi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Iyo mpwemu ihumanye iramujegeza, irasemerera, ivuga n’ijwi rirenga, imuvamwo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 1:26
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arayizibiza ati: “Hora! Muvemwo!”


Abantu bose baratangara, barabazanya bati: “Mbega ibi ni ibiki? Ni inyigisho nshasha kandi zirimwo ububasha! N’impwemu mbi na zo arazitegeka zikamwumvira!”


Nuko bamuzanira wa mwana. Ya mpwemu mbi ikibona Yesu, itangura kumujegeza cane, agwa hasi, arikumbagaza, ibira ifuro mu kanwa.


Ya mpwemu ihumanye ivuza induru, ijegeza cane wa mwana, hanyuma imuvamwo. Uwo mwana aca amera nk’uwupfuye, kandi benshi bavuga bati: “Arapfuye.”


Ariko iyo atewe n’uwumurusha inkomezi akamunesha, amutwara ivyo bigwanisho yari yizigiye, akamunyaga n’ivyo atunze, akabihako n’abandi.


Impwemu mbi imufashe, aca atangura gukoma induru, hanyuma ikamujegeza, agaca abimba ifuro mu kanwa. Iramubabaza cane kandi imurekura bigoranye.


Bariko baramuzana, ya dayimoni imukubita hasi iramujegeza. Ariko Yesu akankamira iyo mpwemu ihumanye, akiza uwo muhungu, amusubiza se.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ