Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 1:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Bwatanguye nk’uko vyari vyaranditswe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya ngo: “Ngira ndungike intumwa yanje imbere yawe, igutegurire inzira”:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Nk’uko vyanditswe na Yesaya yavugishwa n’Imana, Ng’ Umve, ngira ntume integuza yanje imbere y’amaso yawe, Ikuroranirize inzira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 1:2
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko uwo ni we Ivyanditswe bivugako ngo: ‘Ngira ndungike intumwa yanje imbere yawe igutegurire inzira.’


Baramwishura bati: “Ni i Betelehemu mu ntara ya Yudaya, kuko ari ko vyanditswe n’uwavugishwa n’Imana ngo:


Umwana w’Umuntu agiye gupfa nk’uko Ivyanditswe bivuga. Ariko aragowe uwo muntu amugurishije! Vyari kumubera vyiza iyo atavuka!”


Bariko baragenda Yesu arababwira ati: “Iri joro muraja kunta mwese mwigire. Kuko Ivyanditswe biravuga ngo: ‘Nzokubita umwungere, intama zo mu mukuku zisanzare.’


(nk’uko yabisezeranye kera ikoresheje abavugishwa bayo bera),


Kandi nawe, mwana wanje, uzokwitwa uwuvugishwa n’Iyisumbavyose, kuko uzokwitangira imbere Umwami Imana, ukamutegurira inzira.


Hanyuma Yesu aca yihereranya bamwe cumi na babiri, arababwira ati: “Ehe tugira tuduge i Yerusalemu, aho Ivyanditswe n’abavugishwa n’Imana vyose ku Mwana w’Umuntu bizomushikirako.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ