Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 1:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Yigiye imbere gato, abona Yakobo na Yohana bene Zebedayo bariko barabarira insenga zabo mu bwato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Yīgiye imbere gato, abona Yakobo mwene Zebedayo na Yohana mwene nyina, na bo bari mu bgato basana insenga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 1:19
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abandanije, abona Yakobo na Yohana bene Zebedayo, bari kumwe na se mu bwato, bariko barasana insenga zabo. Maze Yesu arabahamagara,


Ako kanya nyene baca basiga ngaho insenga zabo, baramukurikira.


Ubwo nyene aca arabahamagara, na bo basiga se Zebedayo n’abakozi biwe mu bwato baramukurikira.


Yakobo na Yohana, bene Zebedayo, baza aho Yesu ari. Baramubaza bati: “Mwigisha, turakwinginze udukorere ico tugusaba.”


Nuko ajana na Petero, na Yakobo na Yohana maze atangura kugira agahinda kenshi cane no guhagarika umutima.


Yakobo na Yohana bene Zebedayo (na bo abita Bowanerige, bisigura ngo abana b’inkuba);


Ntiyemerera umuntu n’umwe kumukurikira kiretse Petero, Yakobo na Yohana mwene nyina wa Yakobo.


Haheze imisi itandatu, Yesu ajana na Petero, na Yakobo na Yohana abadugana ku musozi muremure aho bashobora kuba bonyene. Bari ngaho ishusho ya Yesu ihinduka babona.


Simoni Petero, Toma (uwo batazira Ihasa), Natanayeli w’i Kana i Galilaya, abahungu ba Zebedayo, n’abandi bigishwa babiri bari kumwe.


Bashitse, baca baja mu cumba co hejuru, ico bari bamazemwo imisi. Abo bari aba: Petero, Yohana, Yakobo, Andereya, Filipo, Toma, Baruteremi, Matayo, Yakobo mwene Alufayo, Simoni Umuzelote, na Yuda mwene Yakobo.


Nuko afata Yakobo, yavukana na Yohana, amwicisha inkota.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ