18 Ako kanya nyene baca basiga ngaho insenga zabo, baramukurikira.
18 Baca bareka insenga, baramukurikira.
Ubwo nyene, baca basiga ngaho insenga zabo, baramukurikira.
Arababwira ati: “Nimunkurikire, nzobagira abarovyi b’abantu.”
Yigiye imbere gato, abona Yakobo na Yohana bene Zebedayo bariko barabarira insenga zabo mu bwato.
Nuko rero, umuntu wese muri mwebwe adaheba ivyiwe vyose, ntashobora kuba umwigishwa wanje.
Baca bakwegera ubwato bwabo ku nkengera y’ikiyaga, basigaho vyose, baramukurikira.
Ikirenze kuri ivyo, ni uko ibintu vyose ndavyiyumvira nk’ibitagira ikimazi kubera kumenya ikibirengeye ari co Kristo Yesu, Umwami wanje. Ku bw’uwo, nahevye ibindi vyose, ndabihindura ubusa kugira ngo ndonke Kristo,