Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 1:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Arababwira ati: “Nimunkurikire, nzobagira abarovyi b’abantu.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Yesu arababarira, ati Ni munkurikire, nzobagira abaroba abantu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 1:17
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umusi umwe, Yesu ariko aragendagenda ku nkengera z’ikiyaga c’i Galilaya, abona abarovyi bavukana, Simoni na Andereya, bariko bararobesha insenga.


Ako kanya nyene baca basiga ngaho insenga zabo, baramukurikira.


Bagenziwe, ari bo Yakobo na Yohana bene Zebedayo, bakorana na Simoni. Yesu abwira Simoni ati: “Ntutinye, kuko uhereye ubu, ugiye kuba umurovyi w’abantu.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ