Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 1:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Umusi umwe, Yesu ariko aragendagenda ku nkengera z’ikiyaga c’i Galilaya, abona abarovyi bavukana, Simoni na Andereya, bariko bararobesha insenga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Aciye i ruhande y’ikiyaga c’i Galilaya, abona Simoni na Andereya mwene nyina baterera urusenga mu kiyaga, kuko bār’ abarovyi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 1:16
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aya ni yo mazina y’abigishwa biwe cumi na babiri: uwa mbere ni Simoni, yongera akitwa Petero, hamwe na mwene nyina Andereya, hagakurikira Yakobo mwene Zebedayo, na mwene nyina Yohana;


Aya ni yo mazina y’abo cumi na babiri yatoranije: Simoni (uwo yise Petero);


Andereya, Filipo, Baruteremi, Matayo, Toma, Yakobo mwene Alufayo, Tadeyo, Simoni Umuzelote,


Simoni, uwo Yesu yise Petero, mwene nyina Andereya, Yakobo, Yohana, Filipo, Baruteremi,


Filipo aca aragenda abibwira Andereya, maze uko ari babiri baca baja kubibwira Yesu.


Umwe mu bigishwa biwe yitwa Andereya, yavukana na Simoni Petero, abwira Yesu ati:


Bashitse, baca baja mu cumba co hejuru, ico bari bamazemwo imisi. Abo bari aba: Petero, Yohana, Yakobo, Andereya, Filipo, Toma, Baruteremi, Matayo, Yakobo mwene Alufayo, Simoni Umuzelote, na Yuda mwene Yakobo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ