Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Akiva mu mazi, abona ijuru ryugurutse, Mpwemu Yera amuzako asa n’inuma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Avuye mu mazi, aca abona ijuru ritandukanye, Mpwemu aramanuka amugwako, asa n’inuma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 1:10
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu amaze kubatizwa, aca ava mu mazi. Uwo mwanya nyene, ijuru riruguruka, abona Mpwemu w’Imana amanuka kuri we mw’ishusho y’inuma.


Maze ijwi ryumvikana rivuye mw’ijuru riti: “Uri Umwana wanje nkunda, ukampimbara.”


Muri ico gihe, Yesu ava i Nazareti mu ntara ya Galilaya, aja ku ruzi Yorodani, abatizwa na Yohana.


Mpwemu Yera amanuka kuri we mw’ishusho y’inuma. Maze ijwi ryumvikana rivuye mw’ijuru riti: “Uri umwana wanje nkunda kandi urampimbara.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ