Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 abandi bakavuga ngo Eliya yabiyeretse, abandi na bo bakibaza ngo ni umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera yazutse mu bapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 abandi bati Ni Eliya yiseruye; abandi bati N’umwe mu bāvugishwa n’Imana ba kera yazutse.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:8
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Baramwishura bati: “Bamwe bavuga ngo uri Yohana Umubatizi; abandi ngo uri Eliya, abandi na bo ngo uri Yeremiya canke umwe mu bandi bavugishwa.”


Hanyuma abigishwa baramubaza bati: “Ni kuki abigisha b’ivyagezwe bavuga ko Eliya ategerezwa kubanza kuza?”


Abandi bavuga bati: “Ni Eliya.” Hariho n’abandi babavuga bati: “Ni uwuvugishwa n’Imana, asa n’umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera.”


Baramwishura bati: “Bamwe bavuga ko uri Yohana Umubatizi; abandi ngo uri Eliya; hariho n’abavuga ko uri umwe mu bavugishwa n’Imana.”


Baramwishura bati: “Bamwe bavuga ngo uri Yohana Umubatizi, abandi ngo uri Eliya, ariko hari n’abavuga ko uri umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera yazutse.”


Na bo baramubaza bati: “None uri nde? Woba uri Eliya?” Na we ati: “Sindi we.” Na bo bati: “Woba uri wa muvugishwa n’Imana?” Arabishura ati: “Oya.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ