Luka 9:55 - Bibiliya mu Kirundi coroshe55 Yesu aca arahindukira, arabakankamira [ati: “Ntimuzi impwemu ibakoresha iyo ari yo! Umwana w’Umuntu ntiyazanywe no guhonya abantu, ahubwo yazanywe no kubakiza.”] အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)55 Maz’ arahindukira, arabakankamira, at’ Erega ntimuzi umutima wanyu uk’ usa; kuk’ Umwana w’umuntu ataje guhonnya ubugingo bg’abantu, ariko yaje kubukiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |