Luka 9:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Aho batazobakira, muzokunkumure umukungugu wo mu birenge vyanyu, kugira ngo bizobabere icagiriji.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Abazokwanka bose kubākīra, mukiva mur’ ico gisagara, muze mukunkumure umukungugu wo mu birenge vyanyu, kibe ikimenyetso kibabere icabona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |