Luka 9:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Yesu aravuga ati: “Yemwe bantu b’iki gihe mutizera kandi mwononekaye mu mitima, nzobana namwe gushika ryari ndabihanganira? Zana uwo muhungu wawe hano.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Yesu arishura, ati Yemwe ab’iki gihe mutizera b’ibidambidambi, nzogeza ryari kubana namwe no kubihanganira? Zana hano umwana wawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |