Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Aho bazobakira, muzogume muri iyo nzu nyene gushika muvuye muri ico gisagara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kand’ inzu yose muzokwinjiramwo, abe ari yo mugumamwo, kugeza aho muzovira aho hantu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:4
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Igisagara cose canke imihana muzokwinjiramwo, muze murondere uwemera kubakira hanyuma muze mugume mu nzu iwe.


Inzu muzokwinjiramwo bakabakira, muze muyigumemwo kugeza muvuye aho hantu.


Arababarira ati: “Ntihagire ikintu na kimwe mujana ku rugendo, yaba inkoni, umufuko, ivyokurya, amahera, canke impuzu yo gukuranya.


Aho batazobakira, muzokunkumure umukungugu wo mu birenge vyanyu, kugira ngo bizobabere icagiriji.”


We n’abo mu nzu yiwe bamaze kubatizwa, aca aradutumira iwe avuga ati: “Nimba mubona ko ndi uwizera Umwami Yesu, nimuze mube iwanje.” Nuko aratugobera gushika twemeye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ