Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Umwe muri abo bantu arasemerera ati: “Ndakwinginze untabarire umuhungu wanje, kuko ndamufise ari umwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Kand’ umugabo wo muri bo avuga n’ijwi rirenga, ati Mwigisha ndakwinginze, ndābira umwana, kuko namuvyaye ar’ ikinege,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:38
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umunyakananikazi wo muri iyo ntara, aza aho ari atakamba ati: “Mwami, Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi! Umukobwa wanje aboshwe n’umudayimoni kandi aramubabaje cane!”


Ageze hafi y’irembo ry’igisagara, haza abantu bagiye guhamba umuntu. Yari umuhungu w’ikinege kandi nyina yari umupfakazi. Hariho kandi n’isinzi ry’abantu bo muri ico gisagara bari bamuherekeje.


Bukeye, bariko baramanuka bava kuri uwo musozi, abantu isinzi baza gusanganira Yesu.


Impwemu mbi imufashe, aca atangura gukoma induru, hanyuma ikamujegeza, agaca abimba ifuro mu kanwa. Iramubabaza cane kandi imurekura bigoranye.


Yumvise ko Yesu yashitse i Galilaya avuye i Yudaya, aja iyo ari aramwinginga ngo aje i Kaperinawumu amukirize umuhungu wiwe yari ku mpfiro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ