Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Iryo jwi rihejeje kwumvikana, basanga Yesu asigaye ari wenyene. Ba bigishwa baca barahora, muri iyo misi ntibabwira umuntu n’umwe ivyo babonye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Iryo jwi rishize, Yesu aboneka ar’ umwe. Barabihora, ntihāgira umuntu mur’ iyo misi babgira na kimwe mu vyo bābonye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:36
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bariko baramanuka bava kuri uwo musozi, Yesu arabihanikiriza ati: “Ntihagire umuntu n’umwe mubwira ivyo mwabonye, kugeza Umwana w’Umuntu amaze kuzuka mu bapfuye.”


(Yari yabuze ico avuga; kuko we na bagenziwe bari batekewe n’ubwoba.)


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ