Luka 9:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Akiriko aravuga, igicu kiraza kirabapfuka. Abo bigishwa bagira ubwoba bwinshi igicu kibatwikiriye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Akibivuga, igicu c’igipfungu kiraza, kibatera igitūtu; ico gipfungu kikibashikako, baratinya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |