Luka 9:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Arababarira ati: “Ntihagire ikintu na kimwe mujana ku rugendo, yaba inkoni, umufuko, ivyokurya, amahera, canke impuzu yo gukuranya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 arababarira, ati Ntimugire ico mujana ku nzira, ar’inkoni cank’ isaho, cank’ impamba, cank’ amahera: kandi ntimugire amapfundo abiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |