Luka 9:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Haheze nk’imisi umunani Yesu ababwiye ivyo, ahitana Petero, Yohana na Yakobo, baduga ku musozi gusenga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Hanyuma y’ayo majambo, hashize imisi nka munani, ajana Petero na Yohana na Yakobo, adūga igisozi, aja gusenga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |