Luka 9:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Yongera kubabwirira bose hamwe ati: “Uwugomba kunkurikira, ni yihebe, yikorere umusaraba wiwe ku musi ku musi, ankurikire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Abgira bose, at’ Umuntu ni yagomba kunkurikira, ni yiyanke, yikorere umusaraba wiwe uko bukeye, ankurikire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |