Luka 9:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Aca arababaza ati: “None mweho muvuga ko ndi nde?” Petero aramwishura ati: “Uri Kristo yaje ava ku Mana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Arababaza, at’ Ariko mweho mugira ngo ndi nde? Petero aramwishura, at’ Uri Kristo w’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |