Luka 9:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Baramwishura bati: “Bamwe bavuga ngo uri Yohana Umubatizi, abandi ngo uri Eliya, ariko hari n’abavuga ko uri umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera yazutse.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Baramwishura, bati Bagira ng’ uri Yohana Umubatizi; abandi ng’ uri Eliya; abandi ng’ ur’ umwe mu bāvugishwa n’Imana ba kera yazutse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |