15 Nuko abantu bose baricara.
15 Babigira bartyo, barabīcarika bose.
(Ico gihe hari nk’abagabo ibihumbi bitanu.) Ariko Yesu abarira abigishwa biwe ati: “Nimubicarike mu migwi ya batanu batanu.”
Aca afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, abishimira Imana. Hanyuma arabimanyagura, abihereza abigishwa ngo bagaburire abantu.