Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Arabishura ati: “Nimubagaburire mwebwe nyene.” Na bo baramubwira bati: “Erega dufise imikate itanu n’ifi zibiri gusa. None ushaka ko tuja gusuma ibikwiye isinzi ry’abantu nk’iri.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Arababarira, ati Mube ari mwebge mubagaburira. Baramubgira, bati Nta kindi dufise, atar’ udutsima dutanu n’udufi tubiri, shiti tugiye gusumira aba bantu bose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:13
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bugorovye, bamwe cumi na babiri baza aho Yesu ari bamubwira bati: “Erega rungika aba bantu baje mu bisagara no mu mihana kurondera ivyokurya n’indaro, kuko turi mu gahinga.”


(Ico gihe hari nk’abagabo ibihumbi bitanu.) Ariko Yesu abarira abigishwa biwe ati: “Nimubicarike mu migwi ya batanu batanu.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ