Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 9:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Bugorovye, bamwe cumi na babiri baza aho Yesu ari bamubwira bati: “Erega rungika aba bantu baje mu bisagara no mu mihana kurondera ivyokurya n’indaro, kuko turi mu gahinga.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Umusi ukuze, bamwe cumi na babiri baramwēgēra, bati Sezera abantu, baje mu mihana no mu misozi impande zose bāke indāro, baronke ivyo kurya, kuko hano turi mu gahinga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 9:12
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu amaze kuvyumva, aca ava ngaho agenda n’ubwato, aja ahantu hiherereye. Ariko abantu bamenye iyo agiye, bava mu bisagara bagenda n’amaguru baramukurikira.


Ariko Yesu ntiyamwishura n’ijambo na rimwe. Abigishwa biwe baraza baramwinginga bati: “Mwirukane kuko aguma avugiriza induru inyuma yacu.”


Yesu ahamagara abigishwa biwe arababwira ati: “Aba bantu banteye ikigongwe. Tumaranye imisi itatu none raba nta vyokurya basigaranye. Ninabarungika bashonje, bahava bagwira isari mu nzira.”


ariko abantu barabimenya, baca baramukurikira. Yesu arabakira, aca atangura kubabwira ivy’Ubwami bw’Imana, akiza n’abari bagwaye.


Arabishura ati: “Nimubagaburire mwebwe nyene.” Na bo baramubwira bati: “Erega dufise imikate itanu n’ifi zibiri gusa. None ushaka ko tuja gusuma ibikwiye isinzi ry’abantu nk’iri.”


Hanyuma y’ivyo, Yesu arajabuka aja ku ruhande rwo hakurya y’ikiyaga c’i Galilaya (ari co kiyaga c’i Tiberiya).


Kuko ndazi ko kubera amasengesho munsengera n’ubufasha bwa Mpwemu wa Kristo Yesu ivyo vyose bizotuma mbohorwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ