Luka 8:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe49 Akiriko aravuga, haca haza umuntu avuye kwa Yayiro, wa mukuru w’isinagogi, abwira Yayiro ati: “Umukobwa wawe yamaze gucikana. Nta co ubandanya ugora umwigisha.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)49 Akivuga, haza umuntu avuye kwa wa mukuru w’isinagogi, ati Wa mwana wawe aracikanye, ureke kugora umwigisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |