Luka 8:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe45 Yesu aca arabaza ati: “Ni nde ankozeko?” Bose babihakanye, Petero aramubwira ati: “Mwigisha, abantu ni benshi kandi bariko barakugunda.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)45 Yesu arabaza, ati Ni nde ankozeko? Bose bahakanye, Petero n’abāri kumwe na we baramwishura, bat’ Erega Mwigisha, n’ishengero rigutaye hagati rikubānda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |