Luka 8:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 kuko umukobwa wiwe yariko aracikana. Yari amufise wenyene kandi yari afise imyaka nka cumi n’ibiri. Yesu ari mu nzira agenda, yari akikijwe n’abantu isinzi bamugunda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 kuko yar’ afise umukobga w’ikinege, yar’ amaze imyaka nka cumi n’ibiri avutse, kandi yarikw arahwera. Arikw aragenda, ishengero riramubānda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |