Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 8:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Umusi umwe, abantu isinzi bakorana bavuye mu bisagara bitandukanye, maze Yesu abacira uwu mugani ati:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ishengero ryinshi rirakorana, kand’ abāvuye mu bisagara vyose baza kuri we, abacira umugani,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 8:4
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo musi nyene, Yesu arasohoka ava mu nzu, aja ku nkengera y’ikiyaga, yicaraho.


“Habaye umurimyi yagiye kubiba imbuto ziwe. Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, abantu barazihonyanga, inyoni zo mu kirere na zo zirazinobagura.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ