Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 8:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 “Subira i muhira ubarire abantu ivyo Imana yagukoreye.” Wa muntu aca arataha aca hose mu gisagara, agenda arabwira abantu ivyo Yesu yamukoreye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 ati Subira i muhira i wawe, ubadondere ivyo Imana igukoreye vyose. Aragenda, akwiza mu gisagara cose ivyo Yesu yamukoreye vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 8:39
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aho guhora, wa muntu aca aragenda atangura kuvuga no gukwiragiza iyo nkuru. Ivyo vyatumye Yesu adasubira kuja mu gisagara ku mugaragaro ahubwo aca aguma hanze kure yaco ahantu hihishije. Ariko na ho nyene abantu barahamusanga bavuye mu mihingo myinshi.


Yesu ariko arurira mu bwato, wa muntu yari yaraboshwe n’abadayimoni aramwinginga ngo bajane.


Ariko Yesu ntiyamwemerera, ahubwo amubwira ati: “Subira i muhira mu muryango wawe, ubabwire ivyo Umwami Imana yagukoreye vyose, n’ingene yakugiriye imbabazi.”


Wa mugabo yakize abadayimoni yinginga Yesu ngo bajane, ariko Yesu aramwankira, amubwira ati:


Yesu asubiye inyuma asanganirwa n’abantu isinzi bari bamurindiriye.


“Nimuze murabe umuntu yambwiye ivyo nakoze vyose. Ashobora kuba ari we Kristo.”


Umuntu n’atafasha umuryango wiwe na canecane abo mu nzu yiwe, aba yihakanye ukwizera kw’ukuri, kandi uwo aba ari inyuma y’uwutizera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ