Luka 8:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Maze abantu bava mu gisagara baza kuraba ivyabaye. Bashitse aho Yesu ari, babona wa muntu yakize abadayimoni, yicaye imbere ya Yesu, yambaye kandi afise ubwenge bukwiye, na bo bagira ubwoba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Na bo bavayo, baza kurāba ivyābaye, bashika aho Yesu ari, basanga wa muntu yavuwemwo n’abadayimoni, yicaye i ruhande y’ibirenge vya Yesu, yambaye, ubgenge bgāgarutse; baratinya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |