Luka 8:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Abonye Yesu, aca akoma induru, yikubita ku birenge vyiwe, asemerera n’ijwi rirenga ati: “Undonderako iki ga Yesu, Mwana w’Imana Musumbavyose? Ndakwinginze ntuntoteze!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Abonye Yesu arasemerera, amwikubita imbere, avuga n’ijwi rirenga, ati Duhūriye hehe ga Yesu, Mwana w’Imana isumba vyose? Ndakwinginze, ntumbabaze agashinyaguro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |