Luka 8:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nuko rero mwiyubare ku vyo mwumva. Uwufise vyinshi azokwongererezwa, uwufise bike na we azokwakwa n’ivyo yibaza ko afise.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Mwiyubare uburyo mwumva: kuk’ ūfise azohabga, kand’ ūdafise azokwakwa n’ico yiyumvira kw afise. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |