Luka 8:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ariko hari n’abandi bameze nk’ivu ryiza. Abo ni abakirana ijambo ry’Imana umutima mwiza utagira uburyarya, kandi bakarigumya; maze kubera ukwihangana, bakama ivyamwa vyinshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Izo mw ivu ryiza n’abumvise iryo jambo bakarigumya mu mitima myiza itunganye, bakāmishwa imbuto n’ukwihangana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |