Luka 7:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Yesu aca ajana na bo. Ari hafi yo gushika, wa musoda aca arungika abagenzi biwe ngo baje kumubwira bati: “Mwami, ntiwirirwe urigora, kuko ntibimbereye kukwakira mu nzu yanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Yesu ajana na bo. Atakiri kure y’inzu, wa mugabisha amutumakw incuti ziwe, ati Mugenzi, nturinde kwigora, kuko bitambereye ko winjira mu nzu yanje: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |