Luka 7:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 None mwagiye kuraba iki? Uwuvugishwa n’Imana? Egome cane, ndababwiye ko mwagiye kuraba uwuruta uwuvugishwa n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ariko mwajanywe no kurāba iki? Umuntu avugishwa n’Imana? Ego me ni co; kandi ndababgire, Aruta ūvugishwa n’Imana cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |