Luka 7:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Canke mwari mugiye kuraba umuntu yambaye impuzu z’igiciro kinini? Haba na mba! Abambara impuzu z’agaciro n’abiyamira mu bikayangana baba mu birimba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Ariko mwagiye kurāba iki? Mbega n’umuntu yambaye impuzu ziremvye? Ereg’ abambara impuzu zishajije n’abinibanibira baba mu ngo z’abami. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |