Luka 7:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Aho hari umusoda mukuru w’Umuroma yari afise umukozi yakunda cane. Uwo mukozi yari arwaye, ari hafi yo gupfa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Hāriy’ umugabisha w’abasoda ijana, umushumba wiwe akunda cane yar’ arwaye, ari ku mpfiro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |