Luka 7:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Abari aho bose baterwa n’ubwoba, bongera bashima Imana, bati: “Uwuvugishwa n’Imana ahambaye yatwiyeretse, Imana yaje gutabara abantu bayo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Bose baterwa n’ubgoba, bahimbaza Imana, bat’ Ūvugishwa n’Imana ahambaye aserutse muri twebge; kandi bat’ Imana igendeye abantu bayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |