Luka 6:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Maze Yesu arababaza ati: “Mbega ni igiki cemewe gukorwa ku musi w’Isabato? Gukora iciza canke gukora ikibi? Gukiza ubuzima bw’umuntu, canke kubwica?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Yesu arababgira, ati Ndababaze: mbeg’ ivyemerwa n’ugukora ivyiza kw isabato, canke n’ugukora ibibi; gukiza umuntu, canke kumwica? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |