Luka 6:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe49 Ariko uwumva amajambo yanje ntayashire mu ngiro, ameze nk’uwubaka inzu kw’isi ahatagira umushinge. Iyo inzuzi zisuriranije kuri ya nzu, irasenyuka kandi isenyuka ryayo riba irikomeye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)49 Arik’ uwumva, ntabikore, asa n’umuntu yubatse inzu kw ivu, atimvye itanguriro: maz’ umugezi uyisūrirako, ica irasenyuka, uguhomvoka kw’iyo nzu kwabaye ugukomeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |