Luka 6:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Igiti cose kimenyekanira ku vyamwa vyaco. Nta wokwamura inzabibu ku bisaka vy’amahwa, nk’uko ata wokwamura insukoni ku mitobotobo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 Igiti cose kimenyekanira ku vyo camye: nta bokwamura insukoni ku munyinya, cank’ inzabibu ku mukēre. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |