Luka 6:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Ntimugacire imanza abandi, kugira ngo namwe ntimuzonegurwe. Ntimugatsindishe abandi, kugira ngo namwe ntimuzotsindishwe. Mugire imbabazi, ni ho namwe muzozigirirwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Kandi ntimugahinyurire mu mitima yanyu, namwe mukazohinyurwa; kandi ntimugatsindishe, namwe mukazotsindishwa; mubohore, namwe muzobohorwa; mutange, namwe muzohabga; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |