Luka 6:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Kandi nimwagirira neza ababagirira neza gusa, muzoba murushije iki abandi? Mbega abanyavyaha bo ntibabigenza batyo? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Kandi ni mwagirira neza ababagirira neza, muzoshimwa iki? Kukw abanyavyaha na bo bagira bartyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |