Luka 6:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Nihagira uwugukubita mu musaya umwe, umuhindukirize n’uwundi. Hagize uwugutwara umutamana, umuhebere n’ikanzu na yo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Ūgukubise mu musaya, umuhindukirize n’uwundi; ūkwaka umutamana, ntumwime n’ipfundo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |