Luka 6:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Nuko Yesu yitegereza abigishwa biwe, aravuga ati: “Murahiriwe mwebwe mwumva ko mukenye, kuko Ubwami bw’Imana ari ubwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Yunamurira abigishwa biwe amaso, arababgira, ati Hahirwa mwebge aboro; kuk’ ubgami bg’Imana ar’ ubganyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |